#RMT: Indirimbo nshasha ya #DaduCalixte yise #Naracunguwe.... - #RMTUpDates
#RMT: Indirimbo nshasha ya #DaduCalixte yise #Naracunguwe…. – #RMTUpDates
Indirimbo nshasha ya #DaduCalixte yise #Naracunguwe. Dadu Calixte, n' umuririmvyi wa #Gospel avugaka muri zone Magara komine Bugarama mu ntara ya #Rumonge akaba yiberera mu gihugu ca Africa y' epfo mu gisagara ca CapTown. Iyo ndirimbo yiwe nshasha yagiye ahabona k' umunsi w' Imana igenekerezo rya 10 Nzero 2021 abicishije kuri YouTube aho abantu benshi bayikunze cane. Weho uyumva gute?…
View On WordPress













